MU NAMA XI PING YAHABUYE BIDEN NGO ARAKINA N'UMURIRO|URAHO NSHUMI YANGE? KURI TAIWAN | NYUMA BASETSE



#GENTILGEDEONOFFICIAL #GGO #XIPINGBIDENMEETING

20 thoughts on “MU NAMA XI PING YAHABUYE BIDEN NGO ARAKINA N'UMURIRO|URAHO NSHUMI YANGE? KURI TAIWAN | NYUMA BASETSE

  1. Ivyo bihugu vyose n'ibihangange koko ariko uwotanguza intambara mwabo ba Presidents nuko yoba adakwije neza mu mutwe kuko ibigwanisho vy'ivyo bihugu vyoturira igice kini c'isi Kandi iyo ntambara ntiyoba iyabo yonyene ubwo rro iyo ntambara izoba nimba umuhero w'isi wegereje.

  2. America ifite ubushobozi bwo gukurura abanyabwenge Bari ku isi bagatura muri USA ariko ubushinwa ntabyo bushoboye. Nabashinwa barabiziko abenshi bifuza gutura USA kuruta ubushinwa ubwo rero sinzi aho mugereranya imbaraga

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *